Itanguriro 34:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ivyababeshaho vyose n’abana babo batoyi bose n’abagore babo babitwara ari inyagano, ku buryo basahura ivyari mu mazu vyose+. Yesaya 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo+: ‘Dawe!’ na ‘Mawe!’, itunga rya Damasiko n’isahu rya Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.”
29 Ivyababeshaho vyose n’abana babo batoyi bose n’abagore babo babitwara ari inyagano, ku buryo basahura ivyari mu mazu vyose+.
4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo+: ‘Dawe!’ na ‘Mawe!’, itunga rya Damasiko n’isahu rya Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.”