2 Abami 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Vyongeye, atuma Eliyakimu+, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga n’abagabo b’inararibonye bo mu baherezi, bambaye amagunira, kuri Yesaya+ umuhanuzi mwene Amozi+. 2 Ngoma 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hezekiya+ yabaye umwami afise imyaka mirongo ibiri n’itanu, maze amara imyaka mirongo ibiri n’icenda aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya umukobwa wa Zekariya+. 2 Ngoma 32:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Hezekiya+ umwami na Yesaya+ mwene Amozi+, umuhanuzi+, baguma basenga ku bw’ico kintu+ bongera batabaza amajuru+.
2 Vyongeye, atuma Eliyakimu+, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga n’abagabo b’inararibonye bo mu baherezi, bambaye amagunira, kuri Yesaya+ umuhanuzi mwene Amozi+.
29 Hezekiya+ yabaye umwami afise imyaka mirongo ibiri n’itanu, maze amara imyaka mirongo ibiri n’icenda aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya umukobwa wa Zekariya+.
20 Mugabo Hezekiya+ umwami na Yesaya+ mwene Amozi+, umuhanuzi+, baguma basenga ku bw’ico kintu+ bongera batabaza amajuru+.