Yesaya 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+. Nahumu 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu rero nzovuna ingǒgo yiwe yo gutwarako ibintu ikuveko+, ncagagure n’imizana iri kuri wewe+.
4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+.