Abacamanza 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu rero nimutange abo bagabo+, abo bagabo b’imburakimazi+ bari i Gibeya+, kugira tubice+, dukure ikibi muri Isirayeli+.” Ariko bene Benyamini ntibashaka kwumviriza ijwi rya bene wabo, bene Isirayeli+. Hoseya 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Baradwibiye mu vyonona+, nko mu misi ya Gibeya+. Azokwibuka ikosa ryabo+; azobahanira ibicumuro vyabo. Hoseya 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Wacumuye+ kuva mu misi ya Gibeya+, ewe Isirayeli! Aho ni ho bǎhagaze. I Gibeya, intambara yo kurwanya abana b’ibitagororotse, bano ntiyashoboye kubahamvya+.
13 Ubu rero nimutange abo bagabo+, abo bagabo b’imburakimazi+ bari i Gibeya+, kugira tubice+, dukure ikibi muri Isirayeli+.” Ariko bene Benyamini ntibashaka kwumviriza ijwi rya bene wabo, bene Isirayeli+.
9 Baradwibiye mu vyonona+, nko mu misi ya Gibeya+. Azokwibuka ikosa ryabo+; azobahanira ibicumuro vyabo.
9 “Wacumuye+ kuva mu misi ya Gibeya+, ewe Isirayeli! Aho ni ho bǎhagaze. I Gibeya, intambara yo kurwanya abana b’ibitagororotse, bano ntiyashoboye kubahamvya+.