ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 19:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Iri ni ryo jambo Yehova avuze kuri we:

      “Umukobwa w’isugi wa Siyoni yagusuzuguye+, yagutwengeye mw’ijigo+.

      Umukobwa wa Yeruzalemu+ yazungije umutwe inyuma yawe+.

  • Zaburi 132:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+;

      Yarayicambiwe ngo imubere aho kuba+, ati:

  • Yesaya 10:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, avuze: “Ntimutinye, emwe bantu banje muba i Siyoni+, kubera Umwashuri yahora abakubita inkoni+ kandi akababangurira ikibando nk’uko Misiri yagira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika