Yobu 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ugupfundūka kw’ishavu ryawe kwuzuye uburake nikwisese+,Maze ubone uwibona wese umumanure. Yesaya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+. Daniyeli 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.” Luka 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.”
11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+.
37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”
11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.”