Luka 2:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+. 1 Abakorinto 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo mubikesheje yo ni ho mwunze ubumwe na Kristu Yezu, uwacitse ubukerebutsi+ buva ku Mana kuri twebwe, n’ubugororotsi+ n’ukwezwa+ be n’ukubohorwa biciye ku ncungu*+;
52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+.
30 Mugabo mubikesheje yo ni ho mwunze ubumwe na Kristu Yezu, uwacitse ubukerebutsi+ buva ku Mana kuri twebwe, n’ubugororotsi+ n’ukwezwa+ be n’ukubohorwa biciye ku ncungu*+;