Abanyefeso 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muhagarare mushikamye rero, mukenyeje+ ukuri+ mu mafyinga, mwambaye ubugororotsi nk’igikingirizo c’igikiriza+, Ivyahishuwe 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kandi hagati ya nya bitereko vy’amatara mbona uwumeze nk’umwana w’umuntu+, yambaye impuzu ishika ku birenge, akenyeje umukanda w’inzahabu mu gikiriza.
14 Muhagarare mushikamye rero, mukenyeje+ ukuri+ mu mafyinga, mwambaye ubugororotsi nk’igikingirizo c’igikiriza+,
13 kandi hagati ya nya bitereko vy’amatara mbona uwumeze nk’umwana w’umuntu+, yambaye impuzu ishika ku birenge, akenyeje umukanda w’inzahabu mu gikiriza.