Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. Matayo 25:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+. Ivyahishuwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ngize ntya, mbona Umwagazi w’intama+ ahagaze ku Musozi Siyoni+, ari kumwe n’abantu ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ wiwe yanditswe ku ruhanga rwabo.
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.
31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+.
14 Maze ngize ntya, mbona Umwagazi w’intama+ ahagaze ku Musozi Siyoni+, ari kumwe n’abantu ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ wiwe yanditswe ku ruhanga rwabo.