2 Ngoma 30:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko nya birutsi+ barabandanya, bava mu gisagara baja mu kindi mu gihugu cose ca Efurayimu+ na Manase, egome, gushika muri Zebuloni; mugabo baguma babashinyagurira bongera babatwengera mw’ijigo+. Yeremiya 31:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko hari umusi aho abareretsi mu karere k’imisozi ka Efurayimu bazosemerera koko bati: ‘Haguruke tuduge i Siyoni, kuri Yehova Imana yacu+.’”
10 Nuko nya birutsi+ barabandanya, bava mu gisagara baja mu kindi mu gihugu cose ca Efurayimu+ na Manase, egome, gushika muri Zebuloni; mugabo baguma babashinyagurira bongera babatwengera mw’ijigo+.
6 Kuko hari umusi aho abareretsi mu karere k’imisozi ka Efurayimu bazosemerera koko bati: ‘Haguruke tuduge i Siyoni, kuri Yehova Imana yacu+.’”