Yesaya 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuri uwo musi, abazoba basigaye ba Isirayeli+ be n’abacitse kw’icumu b’inzu ya Yakobo ntibazokwongera kwishimikiza uwubakubita+, ariko bazokwishimikiza Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+, mu kuri+. Yesaya 44:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umwe avuga kuri Kuro+ ati: ‘Ni umwungere wanje, kandi ikimpimbara cose azogishitsa neza+’, mbere n’ijambo mvuga kuri Yeruzalemu nti: ‘Hazosubira kwubakwa,’ ku rusengero na ho nti: ‘Umushinge wawe uzoshingwa+.’” Yesaya 52:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku bw’iyo mvo, abantu banje bazomenya izina ryanje+, emwe, bibe ku bw’iyo mvo kuri uwo musi, kuko ari je ndiko ndavuga+. Raba! Ni jewe.”
20 Kuri uwo musi, abazoba basigaye ba Isirayeli+ be n’abacitse kw’icumu b’inzu ya Yakobo ntibazokwongera kwishimikiza uwubakubita+, ariko bazokwishimikiza Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+, mu kuri+.
28 Umwe avuga kuri Kuro+ ati: ‘Ni umwungere wanje, kandi ikimpimbara cose azogishitsa neza+’, mbere n’ijambo mvuga kuri Yeruzalemu nti: ‘Hazosubira kwubakwa,’ ku rusengero na ho nti: ‘Umushinge wawe uzoshingwa+.’”
6 Ku bw’iyo mvo, abantu banje bazomenya izina ryanje+, emwe, bibe ku bw’iyo mvo kuri uwo musi, kuko ari je ndiko ndavuga+. Raba! Ni jewe.”