Zaburi 30:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimuhibongoreze Yehova, yemwe ntahemuka ziwe+,Nimukengurukire icibutso ciwe ceranda+; Zaburi 118:1 Bibiliya y’isi nshasha 118 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+;Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+. Zaburi 138:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzokwunama ntumbereye urusengero rwawe rweranda+,Kandi nzohaya izina ryawe+,Kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+ no kubera ukuri kwawe+.Kuko wakujije ijambo ryawe+ ukarishira mbere hejuru y’izina ryawe ryose+.
118 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+;Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.
2 Nzokwunama ntumbereye urusengero rwawe rweranda+,Kandi nzohaya izina ryawe+,Kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+ no kubera ukuri kwawe+.Kuko wakujije ijambo ryawe+ ukarishira mbere hejuru y’izina ryawe ryose+.