Yeremiya 51:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+. Yeremiya 51:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Nimuduze ikimenyetso mu gihugu+. Nimuvuze inzamba mu mahanga. Nimweze+ amahanga kugira amutere. Nimutumeko ubwami bwa Ararati+, ubwa Mini n’ubwa Ashikenazi+ kugira bumutere. Nimushinge igikorwa uwinjiza ingabo kugira amutere. Nimuduze amafarasi+ nk’inzige zishinze amoya.
11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.
27 “Nimuduze ikimenyetso mu gihugu+. Nimuvuze inzamba mu mahanga. Nimweze+ amahanga kugira amutere. Nimutumeko ubwami bwa Ararati+, ubwa Mini n’ubwa Ashikenazi+ kugira bumutere. Nimushinge igikorwa uwinjiza ingabo kugira amutere. Nimuduze amafarasi+ nk’inzige zishinze amoya.