Yeremiya 51:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+. Yeremiya 51:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Uri ubuhiri kuri jewe, uri nk’ibirwanisho vy’intambara+; nzogukoresha mu gusavya amahanga, kandi nzogukoresha mu guhonya ubwami.
11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.
20 “Uri ubuhiri kuri jewe, uri nk’ibirwanisho vy’intambara+; nzogukoresha mu gusavya amahanga, kandi nzogukoresha mu guhonya ubwami.