Yesaya 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo wewe, warashibuwe utagira ikibanza co guhambwamwo+, nk’umunago wanswe urunuka, wambaye abantu bishwe, basogoswe inkota, bariko bamanuka gushika ku mabuye y’icobo+, nk’umuvyimba uhonyangirwa hasi+. Yeremiya 50:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugandagure ibimasa vyiwe vyose+. Nibimanuke gukererwa+. Biragowe, kuko umusi wavyo ushitse, egome, igihe co kuvyitaho+! Yeremiya 51:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Uwuhonyora umuheto wiwe ntawuhonyore+. Kandi ntihagire uwuhaguruka yambaye ikoti yiwe y’ivyuma. “Ntiwumvire impuhwe imisore yiwe+. Mutikize ingabo ziwe zose+.
19 Mugabo wewe, warashibuwe utagira ikibanza co guhambwamwo+, nk’umunago wanswe urunuka, wambaye abantu bishwe, basogoswe inkota, bariko bamanuka gushika ku mabuye y’icobo+, nk’umuvyimba uhonyangirwa hasi+.
27 Mugandagure ibimasa vyiwe vyose+. Nibimanuke gukererwa+. Biragowe, kuko umusi wavyo ushitse, egome, igihe co kuvyitaho+!
3 “Uwuhonyora umuheto wiwe ntawuhonyore+. Kandi ntihagire uwuhaguruka yambaye ikoti yiwe y’ivyuma. “Ntiwumvire impuhwe imisore yiwe+. Mutikize ingabo ziwe zose+.