ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Hazayeli aca avuga ati: “Kubera iki umukama wanje ariko ararira?” Na we ati: “Kubera nzi neza ikibi+ uzokorera bene Isirayeli. Ibibanza vyabo bikingijwe ibihome uzobiha umuriro, abagabo b’abahizi babo ubicishe inkota, abana babo ubasavye+, abagore babo bibungenze na bo ubafomoze+.”

  • Yesaya 13:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kandi abana babo bazobasābiriza mu maso yabo+. Amazu yabo azosahurwa, n’abagore babo bashurashuzwe ku nguvu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika