Abacamanza 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Sihoni agira amakenga ku vy’uko Isirayeli yorenganye gusa iciye mu karere kiwe, maze Sihoni akoraniriza hamwe abantu biwe bose, akambika i Yahazi+ hanyuma arwanya Isirayeli+.
20 Mugabo Sihoni agira amakenga ku vy’uko Isirayeli yorenganye gusa iciye mu karere kiwe, maze Sihoni akoraniriza hamwe abantu biwe bose, akambika i Yahazi+ hanyuma arwanya Isirayeli+.