Zaburi 72:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Naburanire abantu bawe yisunze ubugororotsi+,N’abarushwa bawe yisunze ingingo y’ubutungane+. Yesaya 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Raba! Umwami+ azoganza ku bw’ubugororotsi+; nayo abaganwa+, bazotwara nk’abaganwa ku bw’ubutungane.
32 Raba! Umwami+ azoganza ku bw’ubugororotsi+; nayo abaganwa+, bazotwara nk’abaganwa ku bw’ubutungane.