Zefaniya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Emwe, kazocika akarere k’abasigaye b’inzu ya Yuda+. Ni ho bazorisha. Ku mugoroba bazokwigaramangira mu mazu ya Ashikeloni. Kuko Yehova Imana yabo azobitaho+, akagarukana koko abagizwe imbohe bo muri bo+.”
7 Emwe, kazocika akarere k’abasigaye b’inzu ya Yuda+. Ni ho bazorisha. Ku mugoroba bazokwigaramangira mu mazu ya Ashikeloni. Kuko Yehova Imana yabo azobitaho+, akagarukana koko abagizwe imbohe bo muri bo+.”