Yesaya 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuri ivyo mvuga nti: “Kugeza ryari ga Yehova+?” Maze avuga ati: “Gushika ibisagara bihomvaguritse koko, bigasigara ata wubibamwo, n’amazu agasigara ata muntu yakuwe mw’ivu ayabamwo, n’ubutaka bugatikizwa bugacika umusaka+; Hoseya 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Haradutse intureka mu bantu bawe+, kandi ibisagara vyawe bikingijwe ibihome bizonyagwa vyose+, nk’uko Shalumani yanyaze inzu ya Arubeli, ku musi w’intambara igihe basābiriza inabibondo iruhande y’abana biwe+. Amosi 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Hariho umurwanizi hirya no hino y’igihugu+; emwe, azomanura inkomezi zawe zikuveko, kandi iminara yawe yo kubamwo izosahurwa vy’ukuri+.’ Mika 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nzorandura ibisagara vyo mu gihugu cawe, nsambure ibibanza vyawe vyose bikingijwe ibihome+. Mika 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Emwe, igihugu kizocika igiharabuga kubera abakibamwo, kubera icamwa c’ibikorwa vyabo+.
11 Kuri ivyo mvuga nti: “Kugeza ryari ga Yehova+?” Maze avuga ati: “Gushika ibisagara bihomvaguritse koko, bigasigara ata wubibamwo, n’amazu agasigara ata muntu yakuwe mw’ivu ayabamwo, n’ubutaka bugatikizwa bugacika umusaka+;
14 Haradutse intureka mu bantu bawe+, kandi ibisagara vyawe bikingijwe ibihome bizonyagwa vyose+, nk’uko Shalumani yanyaze inzu ya Arubeli, ku musi w’intambara igihe basābiriza inabibondo iruhande y’abana biwe+.
11 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Hariho umurwanizi hirya no hino y’igihugu+; emwe, azomanura inkomezi zawe zikuveko, kandi iminara yawe yo kubamwo izosahurwa vy’ukuri+.’