Zaburi 132:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+;Yarayicambiwe ngo imubere aho kuba+, ati: Hoseya 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”
15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”