ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko umurima w’imizabibu+ wa Yehova nyen’ingabo ari inzu ya Isirayeli, abantu ba Yuda na bo bakaba igitâra yakunda cane+. Kandi yaguma yiteze urubanza rugororotse+, mugabo, ehe hari ukurenga itegeko; yaguma yiteze ubugororotsi, mugabo, ehe hari amaborogo+.”

  • Yesaya 17:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ku murango ushobora kuzitira neza igitâra cawe, mu gitondo na ho ugashobora gutuma imbuto yawe inaga, mugabo iyimbura ntirizobura guhunga ku musi w’indwara n’ububabare budakira+.

  • Luka 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nayo izaguye mu mahwa, abo ni abumvise, mugabo, kubera ugutwarwa n’amaganya n’ubutunzi n’ibinezereza+ vy’ubu buzima, bakanyohwa buhere ntihagire ico bashikana ku gutungana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika