-
Mika 4:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 “Haguruka ukubite nk’uko bakubita intete, ewe mukobwa wa Siyoni+; kuko ihembe ryawe nzorihindura icuma, n’ibinono vyawe nkabihindura umujumpu, kandi uzosya koko ibisata vy’abantu vyinshi+; inyungu yabo y’akarenganyo+ uzoyiziririza ibe iyihebewe Yehova, n’amatunga yabo aheberwe Umukama w’ukuri w’isi yose+.”
-