-
Kuvayo 35:35Bibiliya y’isi nshasha
-
-
35 Yujuje imitima yabo ubukerebutsi+, kugira bakore igikorwa cose c’umuhinguzi w’utugenegene n’umudeshi+, n’ic’umujishi w’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, n’ibitambara vy’ibara ry’agahama, n’ilino nziza, be n’ic’umujishi w’impuzu, abantu bakora ubwoko bwose bw’igikorwa kandi bagahingura ibintu vy’ubuhinga.
-