Gusubira mu vyagezwe 32:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.” Zaburi 117:1 Bibiliya y’isi nshasha 117 Shemeze Yehova, mwa mahanga mwese+;Nimumukeze, yemwe miryango mwese+! Zakariya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Egome, amahanga menshi azokwifatanya na Yehova kuri uwo musi+, abe koko abantu banje+; kandi nzoba hagati muri wewe.” Nawe uzomenya ata kabuza yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye kuri wewe+.
43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.”
11 “Egome, amahanga menshi azokwifatanya na Yehova kuri uwo musi+, abe koko abantu banje+; kandi nzoba hagati muri wewe.” Nawe uzomenya ata kabuza yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye kuri wewe+.