Yeremiya 51:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+. Yeremiya 51:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nimweze amahanga kugira amutere, abami b’Ubumedi+, ba buramatari baho bose n’ivyegera vy’abatware vyaho vyose n’igihugu cose c’inganji y’umwumwe wese. Daniyeli 5:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “PERESI: Ubwami bwawe bwagabuwe buhabwa Abamedi n’Abaperesi+.” Daniyeli 8:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Impfizi y’intama wabonye y’amahembe abiri, igereranya abami b’Ubumedi n’Ubuperesi+.
11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.
28 Nimweze amahanga kugira amutere, abami b’Ubumedi+, ba buramatari baho bose n’ivyegera vy’abatware vyaho vyose n’igihugu cose c’inganji y’umwumwe wese.