Habakuki 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzoguma mpagaze ku kirindiro canje+, ngume nshibamye ku kibambazi; nzoguma nderetse+ kugira ngo ndabe ico azovuga biciye kuri jewe+ be n’ico nzokwishura ninakangirwa+.
2 Nzoguma mpagaze ku kirindiro canje+, ngume nshibamye ku kibambazi; nzoguma nderetse+ kugira ngo ndabe ico azovuga biciye kuri jewe+ be n’ico nzokwishura ninakangirwa+.