Itanguriro 32:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Yakobo atuma intumwa+ imbere yiwe kuri Esawu mwene wabo mu gihugu ca Seyiri+, akarere ka Edomu+, Gusubira mu vyagezwe 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko duca kure ya bene wacu, bene Esawu+, ababa i Seyiri, kure y’inzira ya Araba+, kure ya Elati na kure ya Eziyoni-geberi+. “Hanyuma turahindukira turengana duciye mu nzira y’agahinga ka Mowabu+. Zaburi 137:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!”
3 Maze Yakobo atuma intumwa+ imbere yiwe kuri Esawu mwene wabo mu gihugu ca Seyiri+, akarere ka Edomu+,
8 Nuko duca kure ya bene wacu, bene Esawu+, ababa i Seyiri, kure y’inzira ya Araba+, kure ya Elati na kure ya Eziyoni-geberi+. “Hanyuma turahindukira turengana duciye mu nzira y’agahinga ka Mowabu+.
7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!”