Guharura 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana si umuntu ngo ibeshe+,Canke umwana w’abantu ngo yicuze+.Mbega ico ubwayo ivuze, ntigikora?Mbega iryo ivumereye, ntirishitsa+? Yesaya 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’; Yesaya 55:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.
19 Imana si umuntu ngo ibeshe+,Canke umwana w’abantu ngo yicuze+.Mbega ico ubwayo ivuze, ntigikora?Mbega iryo ivumereye, ntirishitsa+?
10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;
11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.