- 
	                        
            
            1 Samweli 18:4Bibiliya y’isi nshasha
 - 
                            
- 
                                        
4 Vyongeye, Yonatani yiyambura umwitero utagira amaboko wari kuri we maze awuha Dawidi, be n’impuzu ziwe, eka mbere n’inkota yiwe n’umuheto wiwe n’umukaba wiwe.
 
 - 
                                        
 
- 
	                        
            
            Esiteri 8:15Bibiliya y’isi nshasha
 - 
                            
- 
                                        
15 Morudekayi na we arasohoka ava imbere y’umwami, yambaye ivyambarwa vya cami+ vyo mu gitambara c’ubururu no mw’ilino, n’urugori ruhambaye rw’inzahabu, be n’igikwemu gikozwe mu gitambara ciza+, egome, c’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura+. Igisagara ca Shushani cariko ciha akamo karenga kandi cari kinezerewe+.
 
 -