Nahumu 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ivyo vyatumwe n’ubumaraya bwinshi bwa wa mumaraya+, akwegêra kubera igikundiro ciwe, umwe karuhariwe mu bupfumu, umwe afatira mu mutego amahanga biciye ku bumaraya bwiwe, agafata n’imiryāngo biciye ku bupfumu bwiwe+.
4 Ivyo vyatumwe n’ubumaraya bwinshi bwa wa mumaraya+, akwegêra kubera igikundiro ciwe, umwe karuhariwe mu bupfumu, umwe afatira mu mutego amahanga biciye ku bumaraya bwiwe, agafata n’imiryāngo biciye ku bupfumu bwiwe+.