ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko ehe uzokwibungenga, wibaruke koko umuhungu; ntihaze hagire urumosho rugera ku mutwe wiwe+, kuko uwo mwana azoba Umunaziri*+ w’Imana akiva mu nda+; kandi ni we azoja imbere mu gukiza Isirayeli mu kuboko kw’Abafilisitiya+.”

  • Yesaya 45:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Ibi ni vyo Yehova abwiye uwo yarobanuje amavuta+, Kuro, uwo mfashe ukuryo+, ngo ntume amahanga ayoboka imbere yiwe+, kugira ngo nkenyurure amafyinga y’abami; ngo nugurure imbere yiwe ya miryango y’inzugi zibirizibiri, ku buryo n’amarembo atazokwugarwa:

  • Abaroma 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 kuko igihe batari bwavuke canke ngo bakore ikintu na kimwe ciza canke c’agahomerabunwa+, kugira ngo intumbero y’Imana ku bijanye n’itorwa ryabo igume itavana n’ibikorwa, ahubwo igume ivana n’Umwe ahamagara+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika