ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 15:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Mu gihe bene Isirayeli bari bakiri mu gahinga, igihe kimwe babonye umuntu yariko atoragura udukwi ku musi w’isabato+.

  • Nehemiya 13:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mu marembo ya Yeruzalemu hakimara kwijima imbere y’uko isabato ishika, nca ntanga itegeko maze batangura kwugara imiryango+. Mvuga kandi yuko badakwiye kuyugurura gushika isabato imaze kurangira; nshira bamwe mu basuku banje ku marembo kugira ngo ntihagire umuzigo winjira ku musi w’isabato+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika