ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 21:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 nzogira ico ndababaza+ nisunze ivyamwa vy’ibikorwa vyanyu+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Kandi nzodomeka umuriro mu kibira ciwe+, urigate koko ibintu vyose biri irya n’ino yiwe+.’”

  • Gucura intimba 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yehova yimaze ishavu+. Yasutse ubushangashirwe bwiwe bururumba+.

      Adomeka umuriro muri Siyoni, ukarigata imishinge yaho+.

  • Amosi 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nanje nzorungika umuriro+ ku nzu ya Hazayeli+, urigate iminara yo kubamwo ya Beni-hadadi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika