2 Abami 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+ n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; aturiza umuriro n’inzu y’umuntu ahambaye wese+. 2 Ngoma 36:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+. Yeremiya 39:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi Abakaludaya baturiza umuriro inzu y’umwami n’amazu y’abantu+ bongera basiturira hasi impome za Yeruzalemu+. Yeremiya 52:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; kandi inzu yose ihambaye ayituriza umuriro+.
9 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+ n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; aturiza umuriro n’inzu y’umuntu ahambaye wese+.
19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+.
8 Kandi Abakaludaya baturiza umuriro inzu y’umwami n’amazu y’abantu+ bongera basiturira hasi impome za Yeruzalemu+.
13 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; kandi inzu yose ihambaye ayituriza umuriro+.