ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 kubera ko bampevye bakaja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ kugira ngo bambabarishe igikorwa cose c’amaboko yabo+, kandi ubushangashirwe bwanje burarurumbiye aha hantu, ntibuzozima+.’”’

  • Ezekiyeli 20:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Kandi ubwire ikibira co mu bumanuko uti: ‘Niwumve ijambo rya Yehova. Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira ndomeke umuriro ukwereke+, kandi uzorigata koko muri wewe igiti cose kikiri kibisi n’igiti cose cumye+. Urubeya rururumba ntiruzozima+, kandi ruzobabura mu maso hose, kuva mu bumanuko gushika mu buraruko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika