Yesaya 45:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aragowe uwaniganye n’Umubumvyi wiwe+, nk’urujo runigana n’izindi njo zo ku butaka! Mbega ibumba+ ryobwira umubumvyi waryo ngo: “Ico ukora ni igiki?” Ico wakoze covuga ngo: “Nta maboko agira”? Abaroma 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ewe muntu+, uri nde none ngo wishure nabi Imana+? Mbega icabumbwe cobwira uwakibumvye ngo: “Kubera iki wambumvye gutya+?”
9 Aragowe uwaniganye n’Umubumvyi wiwe+, nk’urujo runigana n’izindi njo zo ku butaka! Mbega ibumba+ ryobwira umubumvyi waryo ngo: “Ico ukora ni igiki?” Ico wakoze covuga ngo: “Nta maboko agira”?
20 Ewe muntu+, uri nde none ngo wishure nabi Imana+? Mbega icabumbwe cobwira uwakibumvye ngo: “Kubera iki wambumvye gutya+?”