8 Iyi nzu na yo izocika ibirundo vy’ibihomvagurike+. Uwuzoyica iruhande wese azoraba yumiwe+, avuze koko agahwa, avuge ati: ‘Ni kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu n’iyi nzu+?’
16 Ivyagezwe vya Omuri+ n’igikorwa cose c’inzu ya Ahabu birubahirizwa+, kandi mugendera mu nama zabo+; ni co gituma nzobagira akajoreza, ababa muri we na bo nkabagira ikintu co kuvugiriza agahwa+; kandi muzokwikorera iceyi c’ibisata vy’abantu+.”