Yeremiya 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Haguruka, umanuke ku nzu y’umubumvyi+, aho ni ho nzokwumvishiriza amajambo yanje.” Abaroma 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ngw’iki? Mbega umubumvyi+ ntafise ububasha kw’ibumba bwo gukora mu kibumbe kimwe c’ibumba icombo gikoreshwa ibiteye iteka, n’ikindi gikoreshwa ibiteye isoni+?
21 Ngw’iki? Mbega umubumvyi+ ntafise ububasha kw’ibumba bwo gukora mu kibumbe kimwe c’ibumba icombo gikoreshwa ibiteye iteka, n’ikindi gikoreshwa ibiteye isoni+?