Gusubira mu vyagezwe 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Mwene wanyu, mwene nyoko wawe, canke umuhungu wawe canke umukobwa wawe canke umugore wawe ukunda cane canke umugenzi wawe pfampfe+, niyagerageza kuguhendahenda mu mpisho, ngo: ‘Tugende dukorere izindi mana+,’ izo utamenye yaba wewe canke ba sogokuruza bawe, Gusubira mu vyagezwe 32:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Bashikanira ibimazi amadayimoni*, ntibabishikanira Imana+,Babishikanira imana batari baramenye+,Imana nshasha zije vuba+,Izo ba sogokuruza banyu batari bazi. Yeremiya 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mbega mwokwiba+, mukica+, mukarenga ibigo+, mukarahira ibinyoma+, mugafumbishiriza umwotsi w’ibimazi Bayali+ kandi mugakurikira izindi mana mutamenye+,
6 “Mwene wanyu, mwene nyoko wawe, canke umuhungu wawe canke umukobwa wawe canke umugore wawe ukunda cane canke umugenzi wawe pfampfe+, niyagerageza kuguhendahenda mu mpisho, ngo: ‘Tugende dukorere izindi mana+,’ izo utamenye yaba wewe canke ba sogokuruza bawe,
17 Bashikanira ibimazi amadayimoni*, ntibabishikanira Imana+,Babishikanira imana batari baramenye+,Imana nshasha zije vuba+,Izo ba sogokuruza banyu batari bazi.
9 Mbega mwokwiba+, mukica+, mukarenga ibigo+, mukarahira ibinyoma+, mugafumbishiriza umwotsi w’ibimazi Bayali+ kandi mugakurikira izindi mana mutamenye+,