Luka 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kuko azoba mukuru imbere ya Yehova+. Mugabo ntaze yigere anywa umuvinyu n’ikinyobwa gikaze+, kandi azokwuzuzwa impwemu nyeranda kuva akiri mu nda ya nyina+;
15 kuko azoba mukuru imbere ya Yehova+. Mugabo ntaze yigere anywa umuvinyu n’ikinyobwa gikaze+, kandi azokwuzuzwa impwemu nyeranda kuva akiri mu nda ya nyina+;