Hoseya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Yehova amubwira ati: “Mwite Yezireyeli+, kuko hasigaye igihe gito nkagira ico mbaza koko inzu ya Yehu+ kubera ibikorwa vy’ugusesa amaraso vya Yezireyeli, kandi nzozimanganya ingoma y’inzu ya Isirayeli+.
4 Maze Yehova amubwira ati: “Mwite Yezireyeli+, kuko hasigaye igihe gito nkagira ico mbaza koko inzu ya Yehu+ kubera ibikorwa vy’ugusesa amaraso vya Yezireyeli, kandi nzozimanganya ingoma y’inzu ya Isirayeli+.