Yeremiya 38:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Iki gisagara kizotangwa ata kabuza mu kuboko kw’inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni, na we azogifata+.’”
3 Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Iki gisagara kizotangwa ata kabuza mu kuboko kw’inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni, na we azogifata+.’”