Guharura 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana si umuntu ngo ibeshe+,Canke umwana w’abantu ngo yicuze+.Mbega ico ubwayo ivuze, ntigikora?Mbega iryo ivumereye, ntirishitsa+? Gusubira mu vyagezwe 32:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kuko ntarika ukuboko kwanje mw’ijuru ndahira+,Nkavuga koko nti: “Ndahiye ukubaho kwanje kw’ibihe bidahera+,” Amosi 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Umukama Segaba Ye hova arirahiye+,’ ni ko Yehova Imana nyen’ingabo avuze, ati: ‘“Nanka urunuka ubwishime bwa Yakobo+, n’iminara yiwe yo kubamwo ndayanse+, kandi igisagara be n’ibicuzuye nzobigabura ku bansi+. Abaheburayo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Muri ubwo buryo, igihe Imana yishingira intumbero yo kurushirizaho kwereka ba samuragwa+ b’umuhango ingene inama yayo idahinduka+, yaserukanye indahiro,
19 Imana si umuntu ngo ibeshe+,Canke umwana w’abantu ngo yicuze+.Mbega ico ubwayo ivuze, ntigikora?Mbega iryo ivumereye, ntirishitsa+?
40 Kuko ntarika ukuboko kwanje mw’ijuru ndahira+,Nkavuga koko nti: “Ndahiye ukubaho kwanje kw’ibihe bidahera+,”
8 “‘Umukama Segaba Ye hova arirahiye+,’ ni ko Yehova Imana nyen’ingabo avuze, ati: ‘“Nanka urunuka ubwishime bwa Yakobo+, n’iminara yiwe yo kubamwo ndayanse+, kandi igisagara be n’ibicuzuye nzobigabura ku bansi+.
17 Muri ubwo buryo, igihe Imana yishingira intumbero yo kurushirizaho kwereka ba samuragwa+ b’umuhango ingene inama yayo idahinduka+, yaserukanye indahiro,