ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuri ivyo mvuga nti: “Kugeza ryari ga Yehova+?” Maze avuga ati: “Gushika ibisagara bihomvaguritse koko, bigasigara ata wubibamwo, n’amazu agasigara ata muntu yakuwe mw’ivu ayabamwo, n’ubutaka bugatikizwa bugacika umusaka+;

  • Yesaya 24:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Raba! Yehova agira acuranure igihugu akigire igiharabuga+, kandi yagoramitse mu maso haco+, asanzaza abakibamwo+.

  • Yeremiya 7:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Kandi nzokura mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+; kuko igihugu kizocika ikibanza catikijwe gusa+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika