Yeremiya 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nzogira ico ndababaza+ nisunze ivyamwa vy’ibikorwa vyanyu+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Kandi nzodomeka umuriro mu kibira ciwe+, urigate koko ibintu vyose biri irya n’ino yiwe+.’” Zakariya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ugurura imiryango yawe Libani we+, kugira ngo umuriro urigate mu masederi yawe+.
14 nzogira ico ndababaza+ nisunze ivyamwa vy’ibikorwa vyanyu+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Kandi nzodomeka umuriro mu kibira ciwe+, urigate koko ibintu vyose biri irya n’ino yiwe+.’”