ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ntukagunge mugenzawe+, kandi ntukambure+ ivy’abandi. Impembo y’umucangero ntuze uyirarane gushika mu gitondo+.

  • Gusubira mu vyagezwe 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Ntuze ugunge umucangero ari mu ngorane kandi akaba mworo, yaba uwo muri bene wanyu canke muri ba kavamahanga bawe bari mu gihugu cawe, mu marembo yawe+.

  • Mika 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 mukubakisha Siyoni ugusesa amaraso, Yeruzalemu mukayubakisha ukutagororoka+.

  • Habakuki 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “‘Aragowe uwuronderera inzu yiwe inyungu mbi+, kugira ashire icari ciwe iyo hejuru, abone kurokorwa mu vyara vy’icago+!

  • Habakuki 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Aragowe uwubakisha igisagara ugusesa amaraso, agashimangirisha igisagara ukutagororoka+!

  • Malaki 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Kandi nzobegera ku bwo guca urubanza+, mbe icabona cihuta+ mu kwagiriza abapfumu+, n’abarenga ibigo+, n’abarahira ibinyoma+, n’abakorana ubugunge ku bijanye n’ingero y’umucangero+, ku bijanye n’umupfakazi+ no ku bijanye n’impfuvyi*+, be n’abigizayo kavamahanga+, kandi bakaba batantīnye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

  • Yakobo 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Raba! Impembo y’abakozi bimbuye imirima yanyu mugabo mukayigumya+ iguma isemerera+, kandi ugutaka+ kw’abashwabuzi kwashitse mu matwi+ ya Yehova nyen’ingabo*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika