ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ku bw’ivyo rero Yehova avuga ati: “Induru y’ukwidogera Sodomu na Gomora+, emwe, ni nyinshi, kandi igicumuro cabo, emwe, kiraremereye cane+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kuko umuzabibu wabo uva ku muzabibu w’i Sodomu

      No ku mikobeko y’i Gomora+.

      Inzabibu zabo ni inzabibu z’ubumara,

      Imisoko yabo irarura+.

  • Yesaya 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimwumve ijambo rya Yehova+, mwa ntwazagikenye+ za Sodomu+! Tege ugutwi itegeko ry’Imana yacu, mwa bantu b’i Gomora!

  • Yuda 7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ni ko na Sodomu na Gomora n’ibisagara vyari bihakikije+, aho bimariye gukora ubusambanyi cokimwe n’abo bamarayika bikimonogoza, bigakurikira umubiri ku bwo kuwukoresha ibidakorwa+, vyashizwe imbere yacu ngo bitubere akarorero ko kutuburira+ mu gushikirwa n’igihano c’urubanza c’umuriro utazima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika