ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 5:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ni co gituma ishavu rya Yehova ryarurumbiye abantu biwe, kandi azobaramvurirako ukuboko abakubite+. Imisozi izohinda agashitsi+, imivyimba yabo na yo icike nk’imyavu hagati mu mabarabara+.

      Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye.

  • Yeremiya 25:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Ehe ivyago bigira bisohoke biva kw’ihanga bija ku rindi+, kandi igihuhusi gikomeye kizohaguruka kivuye mu mihingo ya kure kuruta iyindi y’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika