Zaburi 139:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Noja hehe ngo mpunge impwemu yawe+,Kandi mu maso hawe nohahungira hehe+? Yesaya 66:1 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”
66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”